Burundi : Ngo « Agathon Rwasa » afise abamutumye kudurumbanya Umutekano w’igihugu !

Agathon Rwasa ,Umukuru w’umugambwe CNL ntiyigeze aboneka mu birori vyokurahira kwa CPG Alain Guillaume Bunyoni Umushikiranganji wa mbere hamwe na Ir Prosper Bazombanza Icegera c’umukuru w’igihugu!

Abegereye Agathon Rwasa bamenyesha ko atampamvu nimwe zarigutuma yitaba ivyo birori na cane cane ko abariko barahira sibo batowe n’abanyagihugu! Agathon Rwasa gushika nubu akaba ataremera ko yatsinzwe mu matora!

Kubijanye nuko ashobora kutinjira mu nama Nshingamateka muri reta nshasha, Agathon Rwasa ntaco arabivugako ariko amakuru yokwizera, Rwasa azokwemera yicare munama nshingamateka!

Nayo kubegereye ubutegetsi bo babona ko Agathon Rwasa afise abamutumye kudurumbanya Umutekano w’igihugu ariko ko ataho bizomushikana kuko ngo kirimwo abagabo!

Rwasa yagirizwa gukorana na Paul Kagame ndetse akaba ariwe amuha amabanga  yose yo mugihugu c’uBurundi ,akongera agakorana na Pierre Buyoya ,Alexis Sinduhije n’abandi bahurikiye mu mugwi wiyise « Sindumuja » wagwanije ikiringo ca Petero Nkurunziza !

Source : #BurundiToday

97 Comments

  1. I am really impressed with your writing skills as well as with the layout on your blog. Is this a paid theme or did you customize it yourself? Anyway keep up the excellent quality writing, it is rare to see a great blog like this one these days..

  2. You could definitely see your enthusiasm in the work you write.The sector hopes for more passionate writers such as youwho are not afraid to mention how they believe.Always go after your heart.

  3. I’ve only just arrived imuran cena 2012 Last Tuesday, Royals manager Ned Yost went off on the Kansas City fans for not supporting his first-place team, citing the sparse crowd of 13,847 that witnessed its 2-1 win over the Twins

  4. Uwaroze abahutu ntiyakaravye. Ese ukutumvikana kwanyu niko kwatumye muyerera nka Gahini, none muvyandukije n i Burundi. yACO MUKOKEZA UKUTUMVIKANA mu barundi kuko niho musigaranye ubuhungiro. Hubwo saba ko CNDD-FDD na CNL bumvikana bizobafasha mwese.

    • Ubwose nkawe ibyo uvuze bitaniyehe nuwokamwe ningengabitekerezo, yivangura moko kuki wumva ubwoko urimo aribwo gucinyiza abandi.

Poster un Commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée.